2 Abami 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. 1 Ngoma 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bene Yehoyakimu bari Yekoniya+ umuhungu wiwe na Zedekiya wa Yekoniya. Yeremiya 22:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mbega uyu mugabo Koniya+ ni ikibumbano gisuzuguritse, gisabijwe+, canke icombo kidahimbaye+? Kubera iki we n’uruvyaro rwiwe boraririzwa hasi, bagatererwa mu gihugu batamenye+?’ Yeremiya 37:1 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+. Matayo 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Yosiya+ avyara Yekoniya+ na bene wabo mu gihe c’ukwambukanwa i Babiloni+.
6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
28 Mbega uyu mugabo Koniya+ ni ikibumbano gisuzuguritse, gisabijwe+, canke icombo kidahimbaye+? Kubera iki we n’uruvyaro rwiwe boraririzwa hasi, bagatererwa mu gihugu batamenye+?’
37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.