2 Abami 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, umwami wa Babiloni+ yimika Mataniya sewabo+ wa Yehoyakini amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza ahindura izina ryiwe riba Zedekiya+. 2 Ngoma 36:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.
17 Vyongeye, umwami wa Babiloni+ yimika Mataniya sewabo+ wa Yehoyakini amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza ahindura izina ryiwe riba Zedekiya+.
10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.