Yeremiya 37:1 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.
37 Nuko Umwami Zedekiya+ mwene Yosiya+ atangura kuganza mu kibanza ca Koniya+ mwene Yehoyakimu+, uwo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yari yagize umwami mu gihugu ca Yuda+.