2 Ngoma 36:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+. Yeremiya 52:1 Bibiliya y’isi nshasha 52 Zedekiya+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’umwe igihe yatangura kuganza+, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna+.
10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.
52 Zedekiya+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’umwe igihe yatangura kuganza+, maze amara imyaka cumi n’umwe aganza i Yeruzalemu+. Nyina yitwa Hamutali+ umukobwa wa Yeremiya w’i Libuna+.