2 Abami 24:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Vyongeye, umwami wa Babiloni+ yimika Mataniya sewabo+ wa Yehoyakini amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza ahindura izina ryiwe riba Zedekiya+.
17 Vyongeye, umwami wa Babiloni+ yimika Mataniya sewabo+ wa Yehoyakini amugira umwami mu kibanza ciwe. Araheza ahindura izina ryiwe riba Zedekiya+.