ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Gutyo atwara Yehoyakini+ mu bunyagano i Babiloni+; nyina w’umwami+, n’abagore b’umwami, n’abakozi biwe bo ku kirimba+, n’abantu bakurubakuru bo muri ico gihugu, abatwara i Babiloni ari inyagano, abakuye i Yeruzalemu.

  • 2 Ngoma 36:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 27:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 ivyo Nebukadinezari umwami wa Babiloni atajanye igihe yatwara Yekoniya+ mwene Yehoyakimu, umwami wa Yuda, mu bunyagano i Babiloni amukuye i Yeruzalemu, ari kumwe n’abanyacubahiro bose ba Yuda n’aba Yeruzalemu+;

  • Yeremiya 29:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 inyuma  y’aho  Yekoniya+ umwami, n’umugore w’iteka+, n’abakozi bo ku kirimba, abaganwa ba Yuda n’aba Yeruzalemu+, n’abahinguzi b’utugenegene, n’abubatsi b’ibibambazi+ baviriye i Yeruzalemu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika