ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 24:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Amaherezo Yehoyakini umwami wa Yuda arasohoka aja ku mwami wa Babiloni+, ari kumwe na nyina+ wiwe, n’abasuku biwe, n’abaganwa biwe, n’abakozi biwe bo ku kirimba; nuko umwami wa Babiloni amutwara mu mwaka ugira umunani+ w’ingoma y’umwami wa Babiloni.

  • Yeremiya 22:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mwe na nyoko+ yakwibarutse nzobaraririza mu kindi gihugu mutavukiyemwo, kandi ni yo muzopfira+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika