ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 36:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mu ntango z’umwaka+, Umwami Nebukadinezari atuma abasuku biwe+ maze bamuzana i Babiloni+ hamwe n’ibintu bihimbaye vyo mu nzu ya Yehova+. Vyongeye, yimika Zedekiya+ mwene wabo na se, ngo abe umwami wa Yuda na Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 24:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Nuko Yehova aranyereka, maze mbona ibisimbo bibiri vy’insukoni biteretse imbere y’urusengero rwa Yehova, inyuma y’aho Nebukadirezari umwami wa Babiloni ajaniye mu bunyagano Yekoniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, n’abaganwa ba Yuda n’abahinguzi b’utugenegene+ n’abubatsi b’ibibambazi, abakuye i Yeruzalemu kugira ngo abajane i Babiloni+.

  • Ezekiyeli 17:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Ndakwinginze ubwire ya nzu y’ingarariji uti+: ‘Ariko vy’ukuri ntimuzi ico ivyo bisobanura?’ Vuga uti: ‘Raba! Umwami wa Babiloni yaraje i Yeruzalemu, atora umwami waho+ n’abaganwa baho, abazana iwe i Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika