2 Abami 24:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe. 1 Ngoma 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Bene Yehoyakimu bari Yekoniya+ umuhungu wiwe na Zedekiya wa Yekoniya. Yeremiya 22:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Yehova avuze, ‘naho wewe Koniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, woba uri impeta y’ikidodo+ ku kuboko kwanje kw’iburyo, nohagushikura+!
6 Amaherezo Yehoyakimu aryama hamwe na ba sekuruza biwe+, maze Yehoyakini umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.
24 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Yehova avuze, ‘naho wewe Koniya+ mwene Yehoyakimu+, umwami wa Yuda, woba uri impeta y’ikidodo+ ku kuboko kwanje kw’iburyo, nohagushikura+!