2 Abami 24:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Gutyo atwara Yehoyakini+ mu bunyagano i Babiloni+; nyina w’umwami+, n’abagore b’umwami, n’abakozi biwe bo ku kirimba+, n’abantu bakurubakuru bo muri ico gihugu, abatwara i Babiloni ari inyagano, abakuye i Yeruzalemu. 1 Ngoma 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abahungu Yekoniya yavyaye ari imbohe bari Sheyalutiyeli+ umuhungu wiwe
15 Gutyo atwara Yehoyakini+ mu bunyagano i Babiloni+; nyina w’umwami+, n’abagore b’umwami, n’abakozi biwe bo ku kirimba+, n’abantu bakurubakuru bo muri ico gihugu, abatwara i Babiloni ari inyagano, abakuye i Yeruzalemu.