Daniyeli 2:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nayo Daniyeli asaba umwami, uno na we agena Shaduraki na Meshaki na Abedinego+ ngo bayobore intara y’ubutware ya Babiloni, mugabo Daniyeli we yari ku kirimba+ c’umwami.
49 Nayo Daniyeli asaba umwami, uno na we agena Shaduraki na Meshaki na Abedinego+ ngo bayobore intara y’ubutware ya Babiloni, mugabo Daniyeli we yari ku kirimba+ c’umwami.