Daniyeli 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo mwanya, umwami mu maso hiwe harahinduka, ivyiyumviro vyiwe bitangura kumutera ubwoba+, ingingo z’amafyinga yiwe ziratana+, amavi yiwe na yo arakomangana+.
6 Uwo mwanya, umwami mu maso hiwe harahinduka, ivyiyumviro vyiwe bitangura kumutera ubwoba+, ingingo z’amafyinga yiwe ziratana+, amavi yiwe na yo arakomangana+.