Itanguriro 41:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yozefu yishura Farawo ati: “Si jewe nkwiye kwiyumvirwa! Imana ni yo iza kumenyesha ineza Farawo+.” Daniyeli 2:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ariko mu majuru hariho Imana ihishura amabanga+, kandi yamenyesheje Umwami Nebukadinezari ibibwirizwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+. Indoto yawe be n’ivyo weretswe mu mutwe wawe uri ku gitanda cawe, ng’ibi: Daniyeli 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amaherezo hinjira Daniyeli, umwe yitwa Beluteshazari+ hisunzwe izina ry’imana yanje+, uwurimwo impwemu ya za mana nyeranda+, aza imbere yanje; maze imbere yiwe nigana nya ndoto, nti:
16 Yozefu yishura Farawo ati: “Si jewe nkwiye kwiyumvirwa! Imana ni yo iza kumenyesha ineza Farawo+.”
28 Ariko mu majuru hariho Imana ihishura amabanga+, kandi yamenyesheje Umwami Nebukadinezari ibibwirizwa kuba mu kiringo ca nyuma c’imisi+. Indoto yawe be n’ivyo weretswe mu mutwe wawe uri ku gitanda cawe, ng’ibi:
8 Amaherezo hinjira Daniyeli, umwe yitwa Beluteshazari+ hisunzwe izina ry’imana yanje+, uwurimwo impwemu ya za mana nyeranda+, aza imbere yanje; maze imbere yiwe nigana nya ndoto, nti: