1 Samweli 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abandanya kuvuga ati: “Ijambo yakubwiye ni irihe? Ndakwinginze nturimpishe+. Imana ikugirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, niwagira ijambo umpisha mu majambo yose yakubwiye.”
17 Abandanya kuvuga ati: “Ijambo yakubwiye ni irihe? Ndakwinginze nturimpishe+. Imana ikugirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, niwagira ijambo umpisha mu majambo yose yakubwiye.”