Rusi 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Aho uzopfira ni ho nzopfira+, kandi ni ho nzohambwa. Yehova angirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nihagira ikindi kintandukanya nawe atari urupfu.” 1 Samweli 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hamwe vyoboneka ko ari vyiza kuri dawe kugukorera ikibi sindabihishurire koko ugutwi kwawe ngo nkurekure wigire amahoro vy’ukuri, Yehova agirire gutyo Yonatani, mbere n’ibirenze ivyo+. Yehova abane nawe+, nk’uko nyene yabanye na dawe+. 2 Samweli 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amasa na we mumubwire+ muti: ‘Mbega nturi igufa ryanje n’umubiri wanje? Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nutaba umukuru w’ingabo imbere yanje nantaryo mu kibanza ca Yowabu+.’”
17 Aho uzopfira ni ho nzopfira+, kandi ni ho nzohambwa. Yehova angirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nihagira ikindi kintandukanya nawe atari urupfu.”
13 Hamwe vyoboneka ko ari vyiza kuri dawe kugukorera ikibi sindabihishurire koko ugutwi kwawe ngo nkurekure wigire amahoro vy’ukuri, Yehova agirire gutyo Yonatani, mbere n’ibirenze ivyo+. Yehova abane nawe+, nk’uko nyene yabanye na dawe+.
13 Amasa na we mumubwire+ muti: ‘Mbega nturi igufa ryanje n’umubiri wanje? Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nutaba umukuru w’ingabo imbere yanje nantaryo mu kibanza ca Yowabu+.’”