1 Samweli 10:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyo bimenyetso+ nivyagushikako, wigirire ico ukuboko kwawe gushoboye+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+. 1 Samweli 11:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Sauli yumvise ayo majambo impwemu+ y’Imana itangura gukorera kuri we, ishavu ryiwe rica rirarurumba cane+. 1 Samweli 14:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Nuko Sauli akomeza ingoma yiwe kuri Isirayeli+; atangura kurwanya abansi biwe bose irya n’ino, arwanya Mowabu+ na bene Amoni+ na Edomu+ n’abami ba Zoba+ n’Abafilisitiya+; kandi aho yahindukirira hose yarahashitsako urubanza+. 2 Samweli 1:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umuheto wa Yonatani ntiwagaruka+Udasheshe amaraso y’abagandaguwe, udasakije ibinure vy’abanyenkomezi,Kandi inkota ya Sauli ntiyasubira inyuma itaroraniwe+.
7 Ivyo bimenyetso+ nivyagushikako, wigirire ico ukuboko kwawe gushoboye+, kuko Imana y’ukuri iri kumwe nawe+.
6 Sauli yumvise ayo majambo impwemu+ y’Imana itangura gukorera kuri we, ishavu ryiwe rica rirarurumba cane+.
47 Nuko Sauli akomeza ingoma yiwe kuri Isirayeli+; atangura kurwanya abansi biwe bose irya n’ino, arwanya Mowabu+ na bene Amoni+ na Edomu+ n’abami ba Zoba+ n’Abafilisitiya+; kandi aho yahindukirira hose yarahashitsako urubanza+.
22 Umuheto wa Yonatani ntiwagaruka+Udasheshe amaraso y’abagandaguwe, udasakije ibinure vy’abanyenkomezi,Kandi inkota ya Sauli ntiyasubira inyuma itaroraniwe+.