Rusi 1:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Aho uzopfira ni ho nzopfira+, kandi ni ho nzohambwa. Yehova angirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nihagira ikindi kintandukanya nawe atari urupfu.” 1 Samweli 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abandanya kuvuga ati: “Ijambo yakubwiye ni irihe? Ndakwinginze nturimpishe+. Imana ikugirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, niwagira ijambo umpisha mu majambo yose yakubwiye.” 1 Samweli 25:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Imana igirire gutyo abansi ba Dawidi, mbere n’ibirenze ivyo+, ninareka ngo buce+ hari n’umwe asigaye mu bantu biwe bose b’igitsina-gabo*+.” 2 Samweli 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Imana igirire gutyo Abuneri, mbere n’ibirenze ivyo+, nintagirira Dawidi nk’uko nyene Yehova yamurahiye+,
17 Aho uzopfira ni ho nzopfira+, kandi ni ho nzohambwa. Yehova angirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nihagira ikindi kintandukanya nawe atari urupfu.”
17 Abandanya kuvuga ati: “Ijambo yakubwiye ni irihe? Ndakwinginze nturimpishe+. Imana ikugirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, niwagira ijambo umpisha mu majambo yose yakubwiye.”
22 Imana igirire gutyo abansi ba Dawidi, mbere n’ibirenze ivyo+, ninareka ngo buce+ hari n’umwe asigaye mu bantu biwe bose b’igitsina-gabo*+.”
9 Imana igirire gutyo Abuneri, mbere n’ibirenze ivyo+, nintagirira Dawidi nk’uko nyene Yehova yamurahiye+,