ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ku bw’ivyo, ehe ngira nzane ivyago ku nzu ya Yerobowamu, kandi ata gukeka nzorandura kwa Yerobowamu umuntu w’igitsina-gabo wese*+, uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli+; kandi vy’ukuri nzokubura noganze inyuma y’inzu ya Yerobowamu+, nk’uko umuntu akuraho umwanda mukuru gushika uzimanganye+.

  • 1 Abami 16:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Igihe yatangura kuganza, akimara kwicara ku ntebe y’ubwami yiwe, asasika inzu ya Bayasha yose. Ntiyamusigariza umuntu n’umwe w’igitsina-gabo*+ canke abahōzi b’amaraso+ biwe canke abagenzi biwe.

  • 1 Abami 21:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 ehe ngira nzane ivyago kuri wewe+; nzokubura koko inyuma yawe noganze+ nongere ndandure kwa Ahabu umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli.

  • 2 Abami 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera; kandi nzorandura koko kwa Ahabu+ umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara wese kandi atagira ico amaze+ muri Isirayeli.

  • 2 Abami 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nya kete rikimara kubashikira, bafata abo bahungu b’umwami maze barabakerera, abagabo mirongo irindwi+, hanyuma bashira imitwe yabo mu bisimbo baraheza barayimurungikira i Yezireyeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika