ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 25:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Imana igirire gutyo abansi ba Dawidi, mbere n’ibirenze ivyo+, ninareka ngo buce+ hari n’umwe asigaye mu bantu biwe bose b’igitsina-gabo*+.”

  • 1 Abami 14:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ku bw’ivyo, ehe ngira nzane ivyago ku nzu ya Yerobowamu, kandi ata gukeka nzorandura kwa Yerobowamu umuntu w’igitsina-gabo wese*+, uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli+; kandi vy’ukuri nzokubura noganze inyuma y’inzu ya Yerobowamu+, nk’uko umuntu akuraho umwanda mukuru gushika uzimanganye+.

  • 2 Abami 9:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera; kandi nzorandura koko kwa Ahabu+ umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara wese kandi atagira ico amaze+ muri Isirayeli.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika