ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Rusi 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Aho uzopfira ni ho nzopfira+, kandi ni ho nzohambwa. Yehova angirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, nihagira ikindi kintandukanya nawe atari urupfu.”

  • 1 Samweli 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Abandanya kuvuga ati: “Ijambo yakubwiye ni irihe? Ndakwinginze nturimpishe+. Imana ikugirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, niwagira ijambo umpisha mu majambo yose yakubwiye.”

  • 1 Samweli 14:44
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 44 Nuko Sauli avuga ati: “Imana ingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, niwagenda udapfuye+, Yonatani.”

  • 1 Samweli 20:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Hamwe vyoboneka ko ari vyiza kuri dawe kugukorera ikibi sindabihishurire koko ugutwi kwawe ngo nkurekure wigire amahoro vy’ukuri, Yehova agirire gutyo Yonatani, mbere n’ibirenze ivyo+. Yehova abane nawe+, nk’uko nyene yabanye na dawe+.

  • 2 Samweli 3:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Imana igirire gutyo Abuneri, mbere n’ibirenze ivyo+, nintagirira Dawidi nk’uko nyene Yehova yamurahiye+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika