ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 4:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 urirukanywe mu bantu, kandi uzobana n’ibikoko vyo mw’ishamba+. Ibimera ni vyo bazoguha ngo urishe nk’amashūri, kandi ibihe indwi bizogukurakuranirwako, gushika umenye ko Musumbavyose ari we Mutware mu bwami bw’abantu, kandi ko abuha uwo ashaka+.’”

  • Daniyeli 5:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Yarirukanywe mu bana b’abantu, umutima wiwe ugirwa nk’uw’igikoko, abana n’indogobwa zo mw’ishamba+. Ibimera ni vyo bamuha ngo arishe nk’amashūri, umubiri wiwe ugatoteshwa n’ikime co mu majuru+, gushika amenye yuko Imana Musumbavyose ari yo Mutware mu bwami bw’abantu, be n’uko uwo ishaka ari we ishiraho ngo abuganze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika