Daniyeli 4:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Umutima waco nuhindurwe ube uwutandukanye n’uw’abantu, gihabwe umutima w’igikoko+, kandi ibihe indwi+ bigikurakuranirweko. Luka 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.
16 Umutima waco nuhindurwe ube uwutandukanye n’uw’abantu, gihabwe umutima w’igikoko+, kandi ibihe indwi+ bigikurakuranirweko.
24 kandi bazoririkwa n’ubugi bw’inkota bongere batwarwe ari imbohe mu mahanga yose+; kandi Yeruzalemu hazohonyangwa n’amahanga, kugeza ibihe vyashinzwe+ vy’amahanga birangutse.