Daniyeli 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Buno muri bo hari bamwe muri bene Yuda, ari bo Daniyeli+, Hananiya, Mishaheli na Azariya+. Daniyeli 2:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze Ariyoki aranyaragasa, ajana Daniyeli imbere y’umwami, amubwira ati: “Nabonye umugabo wo mu bagizwe inyagano+ ba Yuda ashobora kumenyesha umwami insobanuro.” Daniyeli 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Buno nyene barishura, bavugira imbere y’umwami bati: “Daniyeli+, uwo mu bagizwe inyagano ba Yuda+, ntiyakwubashe, mwami, canke ngo yubahe wa muziro waterako umukono, ahubwo asaba gatatugatatu ku musi+.”
25 Maze Ariyoki aranyaragasa, ajana Daniyeli imbere y’umwami, amubwira ati: “Nabonye umugabo wo mu bagizwe inyagano+ ba Yuda ashobora kumenyesha umwami insobanuro.”
13 Buno nyene barishura, bavugira imbere y’umwami bati: “Daniyeli+, uwo mu bagizwe inyagano ba Yuda+, ntiyakwubashe, mwami, canke ngo yubahe wa muziro waterako umukono, ahubwo asaba gatatugatatu ku musi+.”