2 Ngoma 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Ariko none, Imana izobana vy’ukuri n’abantu kw’isi+? Ehe ijuru, egome, ijuru ry’amajuru ubwayo ntirishobora kugukwira+; nkanswe rero iyi nzu nubatse+!
18 “Ariko none, Imana izobana vy’ukuri n’abantu kw’isi+? Ehe ijuru, egome, ijuru ry’amajuru ubwayo ntirishobora kugukwira+; nkanswe rero iyi nzu nubatse+!