2 Abakorinto 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Namwe murashobora gufasha biciye ku gutakamba mugira ku bwacu+, kugira ngo ugukenguruka+ kugirwe na benshi ku bwacu ku bw’ico duhanwa umutima ukunze bivuye ku gusenga kwa benshi+.
11 Namwe murashobora gufasha biciye ku gutakamba mugira ku bwacu+, kugira ngo ugukenguruka+ kugirwe na benshi ku bwacu ku bw’ico duhanwa umutima ukunze bivuye ku gusenga kwa benshi+.