ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 18:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Igihe+ co gutanga ishikanwa ry’intete kigeze, Eliya umuhanuzi aregera maze avuga ati: “Ewe Yehova, Mana ya Aburahamu+, Izahaki+ na Isirayeli+, uyu musi nibimenyekane yuko uri Imana muri Isirayeli+ be n’uko jewe ndi umusavyi wawe, kandi ko nakoze ibi bintu vyose bivuye kw’ijambo ryawe+.

  • Ezira 9:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Igihe c’ishikanwa ry’intete+ ryo ku mugoroba kigeze, ndahaguruka mva aho nari nicaye nteterewe, impuzu yanje n’umwitero wanje utagira amaboko vyatantamutse, maze ndapfukama+, ngaranzurira ibiganza Yehova Imana yanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika