Kuvayo 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Ndi Yehova Imana yawe+ yagukuye mu gihugu ca Misiri, mu nzu y’abashumba+. Zaburi 83:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+. Ezekiyeli 36:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+.
23 ‘Kandi sinzobura kweza izina ryanje rihambaye+ ryariko rihumanywa mu mahanga, iryo mwahumanije hagati muri yo; kandi amahanga azobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ninezwa muri mwebwe mu maso yabo+.