ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;

      Azobaturagarira ari mw’ijuru+.

      Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,

      Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,

      Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”

  • Zaburi 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Abami b’isi barahagaze+

      Kandi abategetsi bakurubakuru bakoraniye hamwe nk’umuntu umwe+

      Ngo barwanye Yehova+ n’uwo yarobanuje amavuta*+,

  • Luka 17:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 eka mbere ntibazoba bavuga ngo: ‘Raba hano!’, canke, ‘Hariya+!’ Kuko ehe ubwami bw’Imana buri hagati yanyu+.”

  • Yohani 1:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Uwo yabanje kurondera mwene wabo bwite Simoni, amubwira ati: “Twabonye Mesiya+” (bikaba bisobanura ngo Kristu+).

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika