Matayo 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mugabo nimba nirukana amadayimoni biciye ku mpwemu y’Imana, ubwami bw’Imana rero bwabahwikiye+. Matayo 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Nimubwire umukobwa wa Siyoni muti: ‘Raba! Umwami wawe araje kuri wewe+, aritonda+, kandi agendera ku ndogobwa, egome, ku mwana w’indogobwa, umwana w’igitwazi+.’”
5 “Nimubwire umukobwa wa Siyoni muti: ‘Raba! Umwami wawe araje kuri wewe+, aritonda+, kandi agendera ku ndogobwa, egome, ku mwana w’indogobwa, umwana w’igitwazi+.’”