Luka 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo nimba nirukana amadayimoni biciye ku rutoke rw’Imana+, ubwami bw’Imana rero bwabashikiriye+. 1 Yohani 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uwushishikara igicumuro akomoka kuri Shetani*, kuko uwo Shetani yamye acumura guhera mu ntango+. Iki ni co catumye Umwana w’Imana yerekanwa+: ni ukugira ngo asambure ibikorwa vya Shetani+.
20 Mugabo nimba nirukana amadayimoni biciye ku rutoke rw’Imana+, ubwami bw’Imana rero bwabashikiriye+.
8 Uwushishikara igicumuro akomoka kuri Shetani*, kuko uwo Shetani yamye acumura guhera mu ntango+. Iki ni co catumye Umwana w’Imana yerekanwa+: ni ukugira ngo asambure ibikorwa vya Shetani+.