Luka 17:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 eka mbere ntibazoba bavuga ngo: ‘Raba hano!’, canke, ‘Hariya+!’ Kuko ehe ubwami bw’Imana buri hagati yanyu+.”
21 eka mbere ntibazoba bavuga ngo: ‘Raba hano!’, canke, ‘Hariya+!’ Kuko ehe ubwami bw’Imana buri hagati yanyu+.”