15 Mu kwambura intwaro n’ubukuru+ bigasigara biri amenya, yaravyerekanye ku mugaragaro nk’ivyatsinzwe+, abirongora mu rugendo rw’intsinzi+ biciye kuri ico giti.
14 Rero, kubera ko nya “bana batoyi” ari abasangiye amaraso n’umubiri, na we nyene yaronse kuri ivyo bintu nyene+, kugira ngo biciye ku rupfu rwiwe+ ahindure ubusa+ umwe afise uburyo bwo guteza urupfu+, ari we Shetani*+;