1 Yohani 5:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko ikintu cose cavutse+ ku Mana gitsinda isi+. Kandi iyi ni yo ntsinzi+ yatsinze+ isi: ni ukwizera kwacu+. Ivyahishuwe 3:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’ubwami yanje+, nk’uko nanje nyene natsinze nkicarana+ na Data ku ntebe y’ubwami yiwe+.
4 kuko ikintu cose cavutse+ ku Mana gitsinda isi+. Kandi iyi ni yo ntsinzi+ yatsinze+ isi: ni ukwizera kwacu+.
21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’ubwami yanje+, nk’uko nanje nyene natsinze nkicarana+ na Data ku ntebe y’ubwami yiwe+.