ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 14:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 bakomeza imitima y’abigishwa+, babaremesha kuguma mu kwizera bavuga kandi bati: “Dutegerezwa kwinjira mu bwami bw’Imana duciye mu makuba menshi+.”

  • 1 Abatesalonika 3:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Nkako kandi, igihe twari kumwe namwe, twahora tubabwira imbere y’igihe+ yuko twabwirizwa gushikirwa n’amakuba+, nk’uko nyene vyabaye, nk’uko kandi mubizi+.

  • 1 Yohani 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Mwebwe mukomoka ku Mana, bana bato, kandi mwaratsinze abo bantu+, kuko uwunze ubumwe+ namwe aruta+ uwunze ubumwe n’isi+.

  • 1 Yohani 5:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 kuko ikintu cose cavutse+ ku Mana gitsinda isi+. Kandi iyi ni yo ntsinzi+ yatsinze+ isi: ni ukwizera kwacu+.

  • Ivyahishuwe 3:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uwutsinda+ nzomuha kwicarana nanje ku ntebe y’ubwami yanje+, nk’uko nanje nyene natsinze nkicarana+ na Data ku ntebe y’ubwami yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika