1 Abatesalonika 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ga bene wacu mwacitse abigana amashengero y’Imana ari i Yudaya yunze ubumwe na Kristu Yezu, kubera ko na mwebwe mwatanguye gutezwa n’abo musangiye igihugu imibabaro+ nk’iyo na bo nyene bariko baratezwa n’Abayuda,
14 Kuko ga bene wacu mwacitse abigana amashengero y’Imana ari i Yudaya yunze ubumwe na Kristu Yezu, kubera ko na mwebwe mwatanguye gutezwa n’abo musangiye igihugu imibabaro+ nk’iyo na bo nyene bariko baratezwa n’Abayuda,