Yohani 15:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+. Ivyakozwe 17:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.
19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.
5 Mugabo Abayuda bagira ishari+, bahitana abagabo bamwe b’ababisha mu birirwa bicaye mu kaguriro, barema akagwi baca batangura gutera intureka mu gisagara+. Batera inzu ya Yasoni+, barondera kuzana Paulo na Silasi ku mugwi w’abari bagumutse.