Kuvayo 8:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ku bw’ivyo ba baherezi b’abanyamageza babwira Farawo bati: “Ni urutoke+ rw’Imana+!” Mugabo umutima wa Farawo ubandanya kuba intabarirwa+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze. Matayo 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mugabo nimba nirukana amadayimoni biciye ku mpwemu y’Imana, ubwami bw’Imana rero bwabahwikiye+.
19 Ku bw’ivyo ba baherezi b’abanyamageza babwira Farawo bati: “Ni urutoke+ rw’Imana+!” Mugabo umutima wa Farawo ubandanya kuba intabarirwa+, ntiyabumviriza, nk’uko Yehova yari yavuze.