Kuvayo 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Umusitari ugira kane na wo ni uw’ibuye rya kirisolito+ na onigisi+ na yade. Mu tunogo ajamwo haze hashirwemwo udutereko tw’inzahabu+. Ezekiyeli 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi ishusho y’amakurudumu+ n’inyubako yayo, kwari nk’uguca ibibatsi kw’ibuye rya kirisolito+; kandi uko ari ane yarasa. Kandi ishusho yayo n’inyubako yayo vyari nka kurya nyene kw’ikurudumu iri hagati mu yindi+. Ivyahishuwe 21:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 uwa gatanu saridonigisi, uwa gatandatu saridiyo, uw’indwi kirisolito+, uw’umunani berilo, uw’icenda topazi+, uw’icumi kirisopuraso, uw’icumi na rimwe yasenti, uw’icumi na kabiri ametisito+.
20 Umusitari ugira kane na wo ni uw’ibuye rya kirisolito+ na onigisi+ na yade. Mu tunogo ajamwo haze hashirwemwo udutereko tw’inzahabu+.
16 Kandi ishusho y’amakurudumu+ n’inyubako yayo, kwari nk’uguca ibibatsi kw’ibuye rya kirisolito+; kandi uko ari ane yarasa. Kandi ishusho yayo n’inyubako yayo vyari nka kurya nyene kw’ikurudumu iri hagati mu yindi+.
20 uwa gatanu saridonigisi, uwa gatandatu saridiyo, uw’indwi kirisolito+, uw’umunani berilo, uw’icenda topazi+, uw’icumi kirisopuraso, uw’icumi na rimwe yasenti, uw’icumi na kabiri ametisito+.