ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Inyuma y’ivyo, mbandanya kwitegereza, maze ehe raba, ikindi gikoko, kimeze nk’ingwe+, mugabo ku mugongo waco cari gifise amababa ane y’ikiremwa kiguruka. Nya gikoko cari gifise imitwe ine+; gihabwa ubutware koko.

  • Daniyeli 8:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nanje nguma ndabirimbura, maze ehe isuguru y’impene+ yariko izanana i burengerazuba ku buringanire bw’isi yose, idakora hasi. Iyo suguru y’impene, hagati y’amaso yari ifise ihembe ryibonekeje+.

  • Daniyeli 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Maze umwami w’inkomezi azohaguruka koko, aganze ari n’ubutware buhambaye+, akore ivyo yigombeye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika