Ezira 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 bongera bahera+ abajanama ngo bahindure ubusa impanuro yabo imisi yose ya Kuro umwami w’Ubuperesi gushika ku ngoma ya Dariyo+ umwami w’Ubuperesi.
5 bongera bahera+ abajanama ngo bahindure ubusa impanuro yabo imisi yose ya Kuro umwami w’Ubuperesi gushika ku ngoma ya Dariyo+ umwami w’Ubuperesi.