Ezira 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ico gihe ni ho igikorwa c’inzu y’Imana yari i Yeruzalemu cahagarara; kiguma gihagaze gushika mu mwaka ugira kabiri w’ingoma ya Dariyo+ umwami w’Ubuperesi. Ezira 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ijisho+ ry’Imana yabo ryari ku+ bagabo b’inararibonye b’Abayuda, ntibabahagarika gushika bimenyeshejwe Dariyo maze urwandiko rwemewe rujanye n’ico kintu rukagaruka. Ezira 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ico gihe ni ho Dariyo umwami yatanga itegeko, maze bagira itohoza mu nzu y’inyandiko z’ivyabaye+ yabikwamwo ibintu vy’agaciro ng’aho i Babiloni. Daniyeli 11:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ngira rero nkubwire ivy’ukuri+: “Raba! Haracariho abami batatu bazohaguruka ku bw’Ubuperesi+, kandi uwugira kane+ azorundanya ubutunzi kurusha abandi bose+. Niyamara gukomera mu butunzi bwiwe, azohagurutsa vyose atere ubwami bw’Ubugiriki+.
24 Ico gihe ni ho igikorwa c’inzu y’Imana yari i Yeruzalemu cahagarara; kiguma gihagaze gushika mu mwaka ugira kabiri w’ingoma ya Dariyo+ umwami w’Ubuperesi.
5 Kandi ijisho+ ry’Imana yabo ryari ku+ bagabo b’inararibonye b’Abayuda, ntibabahagarika gushika bimenyeshejwe Dariyo maze urwandiko rwemewe rujanye n’ico kintu rukagaruka.
6 Ico gihe ni ho Dariyo umwami yatanga itegeko, maze bagira itohoza mu nzu y’inyandiko z’ivyabaye+ yabikwamwo ibintu vy’agaciro ng’aho i Babiloni.
2 Ngira rero nkubwire ivy’ukuri+: “Raba! Haracariho abami batatu bazohaguruka ku bw’Ubuperesi+, kandi uwugira kane+ azorundanya ubutunzi kurusha abandi bose+. Niyamara gukomera mu butunzi bwiwe, azohagurutsa vyose atere ubwami bw’Ubugiriki+.