ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 10:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bene Yafeti bari Gomeri+ na Magogi+ na Madayi+ na Yavani+ na Tubali+ na Mesheki+ na Tirasi+.

  • Itanguriro 10:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Bene Yavani na bo bari Elisha+ na Tarushishi+, Kitimu+ na Dodanimu+.

  • Yesaya 66:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “Nzoshira ikimenyetso hagati yabo+, bamwe mu bacitse kw’icumu ndabarungike mu mahanga+: i Tarushishi+, i Puli n’i Ludi+ mu bafozi b’umuheto, Tubali na Yavani+, amazinga ya kure+, abatumvise inkuru zinyerekeye canke ngo babone ubuninahazwa bwanje+; kandi ntibazobura kuvuga ubuninahazwa bwanje mu mahanga+.

  • Daniyeli 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ya suguru y’impene y’ivyoya na yo, igereranya umwami w’Ubugiriki+; nayo rya hembe rinini ryari hagati y’amaso yayo, rigereranya umwami wa mbere+.

  • Zakariya 9:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Kuko nzoshinga ikirenge kuri Yuda nk’aho ndagishinze ku muheto wanje. Nzoshira Efurayimu mu muheto, nkangure abana bawe+, ewe Siyoni, barwanye abana bawe, ewe Bugiriki+, kandi nzokugira nk’inkota y’umugabo w’umunyenkomezi+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika