2 Abami 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Umusuku+ wa nya muntu w’Imana y’ukuri avyutse kare ngo ahaguruke asohoke, aza abona inteko za gisirikare zikikuje ico gisagara n’amafarasi n’imikogote y’intambara. Nya musuku wiwe aca amubwira ati: “Yoo, databuja+! Tugire iki?”
15 Umusuku+ wa nya muntu w’Imana y’ukuri avyutse kare ngo ahaguruke asohoke, aza abona inteko za gisirikare zikikuje ico gisagara n’amafarasi n’imikogote y’intambara. Nya musuku wiwe aca amubwira ati: “Yoo, databuja+! Tugire iki?”