Yeremiya 6:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Nimwicire ibiti+, mudugirize Yeruzalemu igikuta co kumusugereza+. Ni igisagara gitegerezwa kugira ico kibazwa+. Hagati muri we ni agahahazo gusa+. Yeremiya 32:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ehe abantu baje kuri iki gisagara n’ibikuta vyo kugisugereza+ kugira bagifate+, kandi iki gisagara kizotangwa koko mu kuboko kw’Abakaludaya bariko bakirwanya+, ku bw’inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+; ivyo wavuze birabaye, kandi ehe uravyibonera+.
6 Kuko ibi ari vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Nimwicire ibiti+, mudugirize Yeruzalemu igikuta co kumusugereza+. Ni igisagara gitegerezwa kugira ico kibazwa+. Hagati muri we ni agahahazo gusa+.
24 Ehe abantu baje kuri iki gisagara n’ibikuta vyo kugisugereza+ kugira bagifate+, kandi iki gisagara kizotangwa koko mu kuboko kw’Abakaludaya bariko bakirwanya+, ku bw’inkota+ n’ikigoyi+ n’ikiza+; ivyo wavuze birabaye, kandi ehe uravyibonera+.