Umusiguzi 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ivyo vyose narabibonye, ndaheza nshira umutima ku gikorwa cose cakozwe munsi y’izuba, mu kiringo umuntu yaganje uwundi mu kumugirira nabi+.
9 Ivyo vyose narabibonye, ndaheza nshira umutima ku gikorwa cose cakozwe munsi y’izuba, mu kiringo umuntu yaganje uwundi mu kumugirira nabi+.