ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 3:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Abwira nya mugore ati: “Nzokwongereza rwose ububabare bw’ukwibungenga kwawe+; uzovyara abana mu misonga+, kandi uzohahamira umugabo wawe, na we azokuganza+.”

  • Kuvayo 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Baguma batuma ubuzima bwabo buba umururazi mu kubakoresha ibikorwa vy’ubushumba biruhisha vyo guponda ubudongo bw’ibumba+ no kubumba amatafari, no mu kubakoresha ibikorwa vy’ubushumba vy’ubwoko bwose mu matongo+, emwe, ibikorwa vy’ubushumba vy’ubwoko bwose babakoreshamwo ari abashumba, mu mukazo+.

  • 2 Abami 25:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.

  • Mika 7:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika