ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 11:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 “Nihashira imyaka kanaka bazokwunga urunani, kandi umukobwa w’umwami wo mu bumanuko azoza ku mwami wo mu buraruko kugira ngo hagirwe umwumvikano utarenganya. Mugabo uwo mukobwa ntazogumana ububasha bw’ukuboko kwiwe+; kandi uwo mwami ntazoguma ahagaze, n’ukuboko kwiwe ni kwo kw’ukwo; uwo mukobwa azotangwa, we ubwiwe, na bene kumuzana, n’uwamuvyaye, be n’uwahora amukomeza muri ivyo bihe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika