Ivyahishuwe 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma mbona ikindi gikoko+ kiduga kiva mw’isi+, kandi cari gifise amahembe abiri nk’umwagazi w’intama, mugabo gitangura kuvuga nk’igisato+.
11 Hanyuma mbona ikindi gikoko+ kiduga kiva mw’isi+, kandi cari gifise amahembe abiri nk’umwagazi w’intama, mugabo gitangura kuvuga nk’igisato+.