Daniyeli 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mugabo umuganwa+ w’akarere kaganzwa n’Ubuperesi+ yari ahagaze andwanya+, imisi mirongo ibiri n’umwe, maze ehe Mikaheli+, umwe mu baganwa bakurubakuru+, aza kuntabara; nanje nsigara ng’aho iruhande y’abami b’Ubuperesi+. Yuda 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mugabo igihe Mikaheli+ wa mumarayika mukuru+ yagiranira amatati+ na Shetani* akaba yariko araharira ku vyerekeye ikiziga ca Musa+, ntiyubahutse kumucira urubanza mu majambo yo gutukana+, ahubwo yavuze ati: “Yehova aguhambarire+.”
13 Mugabo umuganwa+ w’akarere kaganzwa n’Ubuperesi+ yari ahagaze andwanya+, imisi mirongo ibiri n’umwe, maze ehe Mikaheli+, umwe mu baganwa bakurubakuru+, aza kuntabara; nanje nsigara ng’aho iruhande y’abami b’Ubuperesi+.
9 Mugabo igihe Mikaheli+ wa mumarayika mukuru+ yagiranira amatati+ na Shetani* akaba yariko araharira ku vyerekeye ikiziga ca Musa+, ntiyubahutse kumucira urubanza mu majambo yo gutukana+, ahubwo yavuze ati: “Yehova aguhambarire+.”