Zaburi 110:1 Bibiliya y’isi nshasha 110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.” Matayo 24:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Maze ikimenyetso c’Umwana w’umuntu+ kizoboneka mw’ijuru, maze imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza iboroga+, kandi bazobona Umwana w’umuntu aza ku bicu vyo kw’ijuru ari n’ububasha be n’ubuninahazwa bwinshi+. Abaheburayo 10:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kuva ubwo ararorera gushika abansi biwe bagizwe nk’intebe y’ibirenge vyiwe+. Ivyahishuwe 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikaheli+ n’abamarayika biwe barwana na ca gisato, ca gisato na co kirwanana n’abamarayika baco
110 Ijambo Yehova abwira Umukama wanje ni iri+:“Icara iburyo bwanje+,Gushika ngize abansi bawe nk’intebe y’ibirenge vyawe+.”
30 Maze ikimenyetso c’Umwana w’umuntu+ kizoboneka mw’ijuru, maze imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza iboroga+, kandi bazobona Umwana w’umuntu aza ku bicu vyo kw’ijuru ari n’ububasha be n’ubuninahazwa bwinshi+.
7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikaheli+ n’abamarayika biwe barwana na ca gisato, ca gisato na co kirwanana n’abamarayika baco